Inyuma yaho urutonde rwabasirikare barungikwa mu ngwano mu gihugu ca RDC rukwirakwijwe kumbuga nguruka bumenyi,vyarateye icuka kibi mu nzego za gisirikare mu Burundi.
Président Evariste Ndayishimiye na General Prime Niyongabo umukuru w’ugwego gwa gisirikare vyarabababaje cane.
Ndetse babona ko binjiriwe mukazi kabo na bamwe bita ba ” Mujeri, intumva”‘ nukuvuga bama bifuza guhungabanya leta yabo.
Vyatumye baca bagira impinduka gihuti huti, bamwe mu nzego za gisirikare.
Ivyo navyo bakaba babikoze ku mvo zo guhindura imikorere yabo, kugira abo barungika mu ngwano mugihugu ca RDC bigume mwibanga ryabo.
Hakaba hashizweho aba bakurikira:
Nkundwa Desire
Rwandatribune.com